×

Barakubaza kubijanye n’amezi, wewe n’uvuge uti:- ivyo n’ibipimo bijanye n’ibihe kubera abantu 2:189 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:189) ayat 189 in Rundi

2:189 Surah Al-Baqarah ayat 189 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 189 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿۞ يَسۡـَٔلُونَكَ عَنِ ٱلۡأَهِلَّةِۖ قُلۡ هِيَ مَوَٰقِيتُ لِلنَّاسِ وَٱلۡحَجِّۗ وَلَيۡسَ ٱلۡبِرُّ بِأَن تَأۡتُواْ ٱلۡبُيُوتَ مِن ظُهُورِهَا وَلَٰكِنَّ ٱلۡبِرَّ مَنِ ٱتَّقَىٰۗ وَأۡتُواْ ٱلۡبُيُوتَ مِنۡ أَبۡوَٰبِهَاۚ وَٱتَّقُواْ ٱللَّهَ لَعَلَّكُمۡ تُفۡلِحُونَ ﴾
[البَقَرَة: 189]

Barakubaza kubijanye n’amezi, wewe n’uvuge uti:- ivyo n’ibipimo bijanye n’ibihe kubera abantu hamwe n’urugendo rutagatifu rw’IHidja, kandi sukugira ineza mukwinjira mumazu y’abantu muciye mubikari, ahubwo umuntu w’urupfasoni nurya atinya Imana yiwe, rero nimwinjire mumazu y’abantu mutumbereye amarembo yayo, kandi mutinye Imana yanyu kugira ngo mushobore kuronka intsinzi nyakuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: يسألونك عن الأهلة قل هي مواقيت للناس والحج وليس البر بأن تأتوا, باللغة الكيروندية

﴿يسألونك عن الأهلة قل هي مواقيت للناس والحج وليس البر بأن تأتوا﴾ [البَقَرَة: 189]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek