×

Urugendo rutagatifu rw’IHidja ruri mumezi azwi, rero uwipfuza kugira urwo rugengo rutagatifu 2:197 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:197) ayat 197 in Rundi

2:197 Surah Al-Baqarah ayat 197 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 197 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿ٱلۡحَجُّ أَشۡهُرٞ مَّعۡلُومَٰتٞۚ فَمَن فَرَضَ فِيهِنَّ ٱلۡحَجَّ فَلَا رَفَثَ وَلَا فُسُوقَ وَلَا جِدَالَ فِي ٱلۡحَجِّۗ وَمَا تَفۡعَلُواْ مِنۡ خَيۡرٖ يَعۡلَمۡهُ ٱللَّهُۗ وَتَزَوَّدُواْ فَإِنَّ خَيۡرَ ٱلزَّادِ ٱلتَّقۡوَىٰۖ وَٱتَّقُونِ يَٰٓأُوْلِي ٱلۡأَلۡبَٰبِ ﴾
[البَقَرَة: 197]

Urugendo rutagatifu rw’IHidja ruri mumezi azwi, rero uwipfuza kugira urwo rugengo rutagatifu rw’iHidja muri ayo mezi asabwe kutavuga amajambo mabi mabi, kandi ntagire ibikorwa bibi bibi kandi ntagire ibihari muri urwo rugendo arirwo rw’iHidja n’ivyiza mugira vyose Imana iba ibizi, rero nimwitwaze impamba mu vy’ukuri impamba nziza n’irya umuntu agira kugira ngo ntabe umusegerezi, kandi muntinye jewe kuri mwebwe mufise ubwenge

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الحج أشهر معلومات فمن فرض فيهن الحج فلا رفث ولا فسوق ولا, باللغة الكيروندية

﴿الحج أشهر معلومات فمن فرض فيهن الحج فلا رفث ولا فسوق ولا﴾ [البَقَرَة: 197]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek