×

Barakubaza kubijanye n’akaborerwe hamwe n’akamari, wewe vuga uti:- muri ivyo vyose harimwo 2:219 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:219) ayat 219 in Rundi

2:219 Surah Al-Baqarah ayat 219 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 219 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿۞ يَسۡـَٔلُونَكَ عَنِ ٱلۡخَمۡرِ وَٱلۡمَيۡسِرِۖ قُلۡ فِيهِمَآ إِثۡمٞ كَبِيرٞ وَمَنَٰفِعُ لِلنَّاسِ وَإِثۡمُهُمَآ أَكۡبَرُ مِن نَّفۡعِهِمَاۗ وَيَسۡـَٔلُونَكَ مَاذَا يُنفِقُونَۖ قُلِ ٱلۡعَفۡوَۗ كَذَٰلِكَ يُبَيِّنُ ٱللَّهُ لَكُمُ ٱلۡأٓيَٰتِ لَعَلَّكُمۡ تَتَفَكَّرُونَ ﴾
[البَقَرَة: 219]

Barakubaza kubijanye n’akaborerwe hamwe n’akamari, wewe vuga uti:- muri ivyo vyose harimwo ingaruka mbi cane n’akamaro kuri bamwe mubantu, mugabo ingaruka mbi cane niyo niniya gusumba akamaro kayo, kandi barakubaza ico botanga, wewe vuga uti:- nimu bibarengeye, uko rero niko Imana ibamenyesha amajambo yayo matagatifu kugira ngo mushobore kwiyumvira

❮ Previous Next ❯

ترجمة: يسألونك عن الخمر والميسر قل فيهما إثم كبير ومنافع للناس وإثمهما أكبر, باللغة الكيروندية

﴿يسألونك عن الخمر والميسر قل فيهما إثم كبير ومنافع للناس وإثمهما أكبر﴾ [البَقَرَة: 219]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek