×

Kandi ubabwire abemeye Imana yabo y’ukuri hamwe n’abagira ibikorwa vyiza yuko bazoronka 2:25 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:25) ayat 25 in Rundi

2:25 Surah Al-Baqarah ayat 25 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 25 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَبَشِّرِ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ أَنَّ لَهُمۡ جَنَّٰتٖ تَجۡرِي مِن تَحۡتِهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُۖ كُلَّمَا رُزِقُواْ مِنۡهَا مِن ثَمَرَةٖ رِّزۡقٗا قَالُواْ هَٰذَا ٱلَّذِي رُزِقۡنَا مِن قَبۡلُۖ وَأُتُواْ بِهِۦ مُتَشَٰبِهٗاۖ وَلَهُمۡ فِيهَآ أَزۡوَٰجٞ مُّطَهَّرَةٞۖ وَهُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ ﴾
[البَقَرَة: 25]

Kandi ubabwire abemeye Imana yabo y’ukuri hamwe n’abagira ibikorwa vyiza yuko bazoronka imirima ica imbere yabo inzuzi mumwanya uwariwo wose, bakazo ronkeramwo n’ivyamwa nkuko ari ibifungurwa vyabo n’ukuvuga bati:- ibi nivyabindi twahabwa kuva kera, kuko bazohabwa ivyo vyamwa mugihe bizoba bisa vyose muri ayo majuru, bakazo ronkerayo abagore bisukuye, hanyuma baze babe muri ayo majuru m’ubuzima bwabo bwose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وبشر الذين آمنوا وعملوا الصالحات أن لهم جنات تجري من تحتها الأنهار, باللغة الكيروندية

﴿وبشر الذين آمنوا وعملوا الصالحات أن لهم جنات تجري من تحتها الأنهار﴾ [البَقَرَة: 25]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek