×

Ntiwumvise umwe yaharira n’intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) kubijanye n’Umuremyi wiwe, kuko Imana 2:258 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:258) ayat 258 in Rundi

2:258 Surah Al-Baqarah ayat 258 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 258 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿أَلَمۡ تَرَ إِلَى ٱلَّذِي حَآجَّ إِبۡرَٰهِـۧمَ فِي رَبِّهِۦٓ أَنۡ ءَاتَىٰهُ ٱللَّهُ ٱلۡمُلۡكَ إِذۡ قَالَ إِبۡرَٰهِـۧمُ رَبِّيَ ٱلَّذِي يُحۡيِۦ وَيُمِيتُ قَالَ أَنَا۠ أُحۡيِۦ وَأُمِيتُۖ قَالَ إِبۡرَٰهِـۧمُ فَإِنَّ ٱللَّهَ يَأۡتِي بِٱلشَّمۡسِ مِنَ ٱلۡمَشۡرِقِ فَأۡتِ بِهَا مِنَ ٱلۡمَغۡرِبِ فَبُهِتَ ٱلَّذِي كَفَرَۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[البَقَرَة: 258]

Ntiwumvise umwe yaharira n’intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) kubijanye n’Umuremyi wiwe, kuko Imana yamuhaye ubwami, mugihe intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) yavuga iti:- Umuremyi wanje n’urya arema agatako akica, nawe aca avuga ati:- nanje ndarema nk’ica, Intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) nayo ica ivuga iti:- Imana niyo iserura izuba m’ubuseruko bwaryo rero nawe n’uriserure m’uburengera zuba bwaryo, wamuntu aca arateterwa umwe mubahakanyi b’Imana yiwe y’ukuri, n’Imana ntirongora abantu bahemukira imitima yabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألم تر إلى الذي حاج إبراهيم في ربه أن آتاه الله الملك, باللغة الكيروندية

﴿ألم تر إلى الذي حاج إبراهيم في ربه أن آتاه الله الملك﴾ [البَقَرَة: 258]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek