×

Canke nk’urya yaciye hambavu y’igisagara cari carapfuye aca avuga ati:- mbega Imana 2:259 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:259) ayat 259 in Rundi

2:259 Surah Al-Baqarah ayat 259 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 259 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿أَوۡ كَٱلَّذِي مَرَّ عَلَىٰ قَرۡيَةٖ وَهِيَ خَاوِيَةٌ عَلَىٰ عُرُوشِهَا قَالَ أَنَّىٰ يُحۡيِۦ هَٰذِهِ ٱللَّهُ بَعۡدَ مَوۡتِهَاۖ فَأَمَاتَهُ ٱللَّهُ مِاْئَةَ عَامٖ ثُمَّ بَعَثَهُۥۖ قَالَ كَمۡ لَبِثۡتَۖ قَالَ لَبِثۡتُ يَوۡمًا أَوۡ بَعۡضَ يَوۡمٖۖ قَالَ بَل لَّبِثۡتَ مِاْئَةَ عَامٖ فَٱنظُرۡ إِلَىٰ طَعَامِكَ وَشَرَابِكَ لَمۡ يَتَسَنَّهۡۖ وَٱنظُرۡ إِلَىٰ حِمَارِكَ وَلِنَجۡعَلَكَ ءَايَةٗ لِّلنَّاسِۖ وَٱنظُرۡ إِلَى ٱلۡعِظَامِ كَيۡفَ نُنشِزُهَا ثُمَّ نَكۡسُوهَا لَحۡمٗاۚ فَلَمَّا تَبَيَّنَ لَهُۥ قَالَ أَعۡلَمُ أَنَّ ٱللَّهَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٞ ﴾
[البَقَرَة: 259]

Canke nk’urya yaciye hambavu y’igisagara cari carapfuye aca avuga ati:- mbega Imana izosubiza gute ubuzima bw’iki gisagara capfuye? Imana yaciye imwica kukiringo c’imyaka ijana, hanyuma ica iramuzura n’ukumubaza iti:- iyo wari uri wahamazeyo ikiringo kingana gute? Nawe amwishura ati:- nahamaze yo umusi umwe wonyene canke igice cawo gusa, ica imubwira iti:- wewe uhabayeyo imyaka ijana, nawe n’urabe kubifungurwa vyawe hamwe n’ibinyobwa vyawe ntivyononekaye, kandi urabe n’indogobwe yawe kugira ngo tukugire wewe kuba ari icemezo ku bantu, kandi urabe n’amagufa yayo ingene tuyaterura n’ingene tuyambika inyama, rero mugihe vyamenyekana gutyo yaciye avuga ati:- ndazi neza yuko Imana ifise ubushobozi buri hejuru y’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: أو كالذي مر على قرية وهي خاوية على عروشها قال أنى يحيي, باللغة الكيروندية

﴿أو كالذي مر على قرية وهي خاوية على عروشها قال أنى يحيي﴾ [البَقَرَة: 259]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek