×

Twaciye tuvuga duti:- ewe ntumwa y’Imana Adamu (iii), n’uvyagire ngaha hamwe n’umutambukanyi 2:35 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:35) ayat 35 in Rundi

2:35 Surah Al-Baqarah ayat 35 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 35 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَقُلۡنَا يَٰٓـَٔادَمُ ٱسۡكُنۡ أَنتَ وَزَوۡجُكَ ٱلۡجَنَّةَ وَكُلَا مِنۡهَا رَغَدًا حَيۡثُ شِئۡتُمَا وَلَا تَقۡرَبَا هَٰذِهِ ٱلشَّجَرَةَ فَتَكُونَا مِنَ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[البَقَرَة: 35]

Twaciye tuvuga duti:- ewe ntumwa y’Imana Adamu (iii), n’uvyagire ngaha hamwe n’umutambukanyi wawe muri uyu murima, muteko mufungure mubirimwo vyose kandi mwipfuza, mugabo ntimwegere kuri iki giti gusa, kugira ngo ntimuze mube mu bantu bahemukiye imitima yabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقلنا ياآدم اسكن أنت وزوجك الجنة وكلا منها رغدا حيث شئتما ولا, باللغة الكيروندية

﴿وقلنا ياآدم اسكن أنت وزوجك الجنة وكلا منها رغدا حيث شئتما ولا﴾ [البَقَرَة: 35]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek