×

N’igihe mwavuga muti:- ewe ntumwa y’Imana Mussa (iii) twebwe ntidushobora kurorera kubifungugwa 2:61 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:61) ayat 61 in Rundi

2:61 Surah Al-Baqarah ayat 61 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 61 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَإِذۡ قُلۡتُمۡ يَٰمُوسَىٰ لَن نَّصۡبِرَ عَلَىٰ طَعَامٖ وَٰحِدٖ فَٱدۡعُ لَنَا رَبَّكَ يُخۡرِجۡ لَنَا مِمَّا تُنۢبِتُ ٱلۡأَرۡضُ مِنۢ بَقۡلِهَا وَقِثَّآئِهَا وَفُومِهَا وَعَدَسِهَا وَبَصَلِهَاۖ قَالَ أَتَسۡتَبۡدِلُونَ ٱلَّذِي هُوَ أَدۡنَىٰ بِٱلَّذِي هُوَ خَيۡرٌۚ ٱهۡبِطُواْ مِصۡرٗا فَإِنَّ لَكُم مَّا سَأَلۡتُمۡۗ وَضُرِبَتۡ عَلَيۡهِمُ ٱلذِّلَّةُ وَٱلۡمَسۡكَنَةُ وَبَآءُو بِغَضَبٖ مِّنَ ٱللَّهِۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ كَانُواْ يَكۡفُرُونَ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ وَيَقۡتُلُونَ ٱلنَّبِيِّـۧنَ بِغَيۡرِ ٱلۡحَقِّۚ ذَٰلِكَ بِمَا عَصَواْ وَّكَانُواْ يَعۡتَدُونَ ﴾
[البَقَرَة: 61]

N’igihe mwavuga muti:- ewe ntumwa y’Imana Mussa (iii) twebwe ntidushobora kurorera kubifungugwa vy’ubwoko bumwe gusa, rero n’udusabire k’Umuremyi wawe adukurire bimwe muvyimbugwa kw’Isi, nk’ivyakatsi n’amatango n’ingano hamwe na adesi n’ibitunguru, hanyuma Imana ica ivuga iti:- mwebwe muhindura ibintu bitari vyiza kubintu vyiza, rero nimugende mugisagara iyo niho muzoronka ivyo mwasavye, haca hakubitwa hejuru yabo ukutishoboza hamwe n’ubukene, baca bategerezwa kuronka ishavu ry’Imana, ivyo vyose vyatumwe nuko bahakanye amajambo y’Imana mukugandagura intumwa z’Imana ata kuri bafise, rero ibi vyose nuko biyonkoye n’ukurenga imbibe zagenywe n’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ قلتم ياموسى لن نصبر على طعام واحد فادع لنا ربك يخرج, باللغة الكيروندية

﴿وإذ قلتم ياموسى لن نصبر على طعام واحد فادع لنا ربك يخرج﴾ [البَقَرَة: 61]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek