×

Mu y’ukuri bamwe bahakanye Imana yabo y’ukuri n’ugukingira abandi bantu munzira y’Imana, 22:25 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hajj ⮕ (22:25) ayat 25 in Rundi

22:25 Surah Al-hajj ayat 25 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hajj ayat 25 - الحج - Page - Juz 17

﴿إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَيَصُدُّونَ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ وَٱلۡمَسۡجِدِ ٱلۡحَرَامِ ٱلَّذِي جَعَلۡنَٰهُ لِلنَّاسِ سَوَآءً ٱلۡعَٰكِفُ فِيهِ وَٱلۡبَادِۚ وَمَن يُرِدۡ فِيهِ بِإِلۡحَادِۭ بِظُلۡمٖ نُّذِقۡهُ مِنۡ عَذَابٍ أَلِيمٖ ﴾
[الحج: 25]

Mu y’ukuri bamwe bahakanye Imana yabo y’ukuri n’ugukingira abandi bantu munzira y’Imana, nugukingira abandi kwinjira mungoro y’Imana yaninahajwe ariwo twagize baba ngaho muri ico gisagara hamwe n’ingenzi, n’uwuzo kwipfuza kugira ububisha bwiwe muri iryo sengero muguhemukira umutima wiwe rero tuzomuhonjesha ibihano bibabaza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن الذين كفروا ويصدون عن سبيل الله والمسجد الحرام الذي جعلناه للناس, باللغة الكيروندية

﴿إن الذين كفروا ويصدون عن سبيل الله والمسجد الحرام الذي جعلناه للناس﴾ [الحج: 25]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek