×

Mbega ntiwabonye yuko Imana yagamburukije ibintu vyose kubera mwebwe bantu mubiri ngaha 22:65 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hajj ⮕ (22:65) ayat 65 in Rundi

22:65 Surah Al-hajj ayat 65 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hajj ayat 65 - الحج - Page - Juz 17

﴿أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ سَخَّرَ لَكُم مَّا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَٱلۡفُلۡكَ تَجۡرِي فِي ٱلۡبَحۡرِ بِأَمۡرِهِۦ وَيُمۡسِكُ ٱلسَّمَآءَ أَن تَقَعَ عَلَى ٱلۡأَرۡضِ إِلَّا بِإِذۡنِهِۦٓۚ إِنَّ ٱللَّهَ بِٱلنَّاسِ لَرَءُوفٞ رَّحِيمٞ ﴾
[الحج: 65]

Mbega ntiwabonye yuko Imana yagamburukije ibintu vyose kubera mwebwe bantu mubiri ngaha kw’Isi hamwe n’amato aca mubiyaga bininiya kw’itegeko ryayo kandi ikaba ariyo ifashe amajuru yose uko angana kugira ngo ntakoroke hejuru y’Isi atari kw’itegeko ryayo, mu vy’ukuri Imana kubantu bayo n’intungane kandi niyo ifise impuhwe zihagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألم تر أن الله سخر لكم ما في الأرض والفلك تجري في, باللغة الكيروندية

﴿ألم تر أن الله سخر لكم ما في الأرض والفلك تجري في﴾ [الحج: 65]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek