×

Yarinjiye mugisagara mugihe abasangwa biwe bari batabizi ahasanga abantu babiri bariko bararwana, 28:15 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Qasas ⮕ (28:15) ayat 15 in Rundi

28:15 Surah Al-Qasas ayat 15 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Qasas ayat 15 - القَصَص - Page - Juz 20

﴿وَدَخَلَ ٱلۡمَدِينَةَ عَلَىٰ حِينِ غَفۡلَةٖ مِّنۡ أَهۡلِهَا فَوَجَدَ فِيهَا رَجُلَيۡنِ يَقۡتَتِلَانِ هَٰذَا مِن شِيعَتِهِۦ وَهَٰذَا مِنۡ عَدُوِّهِۦۖ فَٱسۡتَغَٰثَهُ ٱلَّذِي مِن شِيعَتِهِۦ عَلَى ٱلَّذِي مِنۡ عَدُوِّهِۦ فَوَكَزَهُۥ مُوسَىٰ فَقَضَىٰ عَلَيۡهِۖ قَالَ هَٰذَا مِنۡ عَمَلِ ٱلشَّيۡطَٰنِۖ إِنَّهُۥ عَدُوّٞ مُّضِلّٞ مُّبِينٞ ﴾
[القَصَص: 15]

Yarinjiye mugisagara mugihe abasangwa biwe bari batabizi ahasanga abantu babiri bariko bararwana, umwe yari mubagenzi biwe, uwundi nawe yari mubansi biwe, rero wamugenzi wiwe yamusavye imfashanyo kubera wamwansi wiwe, intumwa y’Imana Mussa (iii) yaciye amukubita igipfunsi aho nyene aca aracikana, aca avuga ati:- iki n’igikorwa ca Shetani, ntankeka uyu n’umwansi atakaza ari k’umugaragaro

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ودخل المدينة على حين غفلة من أهلها فوجد فيها رجلين يقتتلان هذا, باللغة الكيروندية

﴿ودخل المدينة على حين غفلة من أهلها فوجد فيها رجلين يقتتلان هذا﴾ [القَصَص: 15]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek