×

Ababwiwe n’abantu yuko abantu babakoraniyeko, kuri ivyo nimubatinye mugabo ayo majambo yaciye 3:173 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:173) ayat 173 in Rundi

3:173 Surah al-‘Imran ayat 173 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 173 - آل عِمران - Page - Juz 4

﴿ٱلَّذِينَ قَالَ لَهُمُ ٱلنَّاسُ إِنَّ ٱلنَّاسَ قَدۡ جَمَعُواْ لَكُمۡ فَٱخۡشَوۡهُمۡ فَزَادَهُمۡ إِيمَٰنٗا وَقَالُواْ حَسۡبُنَا ٱللَّهُ وَنِعۡمَ ٱلۡوَكِيلُ ﴾
[آل عِمران: 173]

Ababwiwe n’abantu yuko abantu babakoraniyeko, kuri ivyo nimubatinye mugabo ayo majambo yaciye abaha intege y’ukwemera n’ukuvuga bati:- Imana niyo iduhagije kandi niyo idukingiye neza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الذين قال لهم الناس إن الناس قد جمعوا لكم فاخشوهم فزادهم إيمانا, باللغة الكيروندية

﴿الذين قال لهم الناس إن الناس قد جمعوا لكم فاخشوهم فزادهم إيمانا﴾ [آل عِمران: 173]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek