×

Aho hambere kugira ngo habe uburongozi ku bantu Imana yaciye imanura ibindi bitabu vy’ugutandukanya hagati y’ukuri n’ibinyoma, mu vy’ukuri 3:4 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:4) ayat 4 in Rundi

3:4 Surah al-‘Imran ayat 4 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 4 - آل عِمران - Page - Juz 3

﴿مِن قَبۡلُ هُدٗى لِّلنَّاسِ وَأَنزَلَ ٱلۡفُرۡقَانَۗ إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ لَهُمۡ عَذَابٞ شَدِيدٞۗ وَٱللَّهُ عَزِيزٞ ذُو ٱنتِقَامٍ ﴾
[آل عِمران: 4]

Aho hambere kugira ngo habe uburongozi ku bantu Imana yaciye imanura ibindi bitabu vy’ugutandukanya hagati y’ukuri n’ibinyoma, mu vy’ukuri bamwe bahakanye aya majambo y’Imana matagatifu bazoba bafise ibihano bikaze cane, n’Imana niyo nyene ubushobozi bukwiye hamwe n’ukwihora

❮ Previous Next ❯

ترجمة: من قبل هدى للناس وأنـزل الفرقان إن الذين كفروا بآيات الله لهم, باللغة الكيروندية

﴿من قبل هدى للناس وأنـزل الفرقان إن الذين كفروا بآيات الله لهم﴾ [آل عِمران: 4]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek