×

Vuga uti:- mwebwe bantu mwahawe igitabu, nimuze kw’ijambo rigororotse riri hagati yacu 3:64 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:64) ayat 64 in Rundi

3:64 Surah al-‘Imran ayat 64 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 64 - آل عِمران - Page - Juz 3

﴿قُلۡ يَٰٓأَهۡلَ ٱلۡكِتَٰبِ تَعَالَوۡاْ إِلَىٰ كَلِمَةٖ سَوَآءِۭ بَيۡنَنَا وَبَيۡنَكُمۡ أَلَّا نَعۡبُدَ إِلَّا ٱللَّهَ وَلَا نُشۡرِكَ بِهِۦ شَيۡـٔٗا وَلَا يَتَّخِذَ بَعۡضُنَا بَعۡضًا أَرۡبَابٗا مِّن دُونِ ٱللَّهِۚ فَإِن تَوَلَّوۡاْ فَقُولُواْ ٱشۡهَدُواْ بِأَنَّا مُسۡلِمُونَ ﴾
[آل عِمران: 64]

Vuga uti:- mwebwe bantu mwahawe igitabu, nimuze kw’ijambo rigororotse riri hagati yacu hamwe namwe yuko tutazo senga icarico cose atari Imana yonyene gusa, kandi ntituyigereranye n’ikindi kintu, kandi no muri twebwe ntitugire abandi kuba arizo Mana aho kuba ari Imana yonyene rudende gusa, niba hakana muce muvuga muti:- ni mube ivyabona yuko twebwe turi aba Isilamu b’ukuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قل ياأهل الكتاب تعالوا إلى كلمة سواء بيننا وبينكم ألا نعبد إلا, باللغة الكيروندية

﴿قل ياأهل الكتاب تعالوا إلى كلمة سواء بيننا وبينكم ألا نعبد إلا﴾ [آل عِمران: 64]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek