×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwinjire mumazu y’intumwa y’Imana kugeza aho muhabwa 33:53 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ahzab ⮕ (33:53) ayat 53 in Rundi

33:53 Surah Al-Ahzab ayat 53 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ahzab ayat 53 - الأحزَاب - Page - Juz 22

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَدۡخُلُواْ بُيُوتَ ٱلنَّبِيِّ إِلَّآ أَن يُؤۡذَنَ لَكُمۡ إِلَىٰ طَعَامٍ غَيۡرَ نَٰظِرِينَ إِنَىٰهُ وَلَٰكِنۡ إِذَا دُعِيتُمۡ فَٱدۡخُلُواْ فَإِذَا طَعِمۡتُمۡ فَٱنتَشِرُواْ وَلَا مُسۡتَـٔۡنِسِينَ لِحَدِيثٍۚ إِنَّ ذَٰلِكُمۡ كَانَ يُؤۡذِي ٱلنَّبِيَّ فَيَسۡتَحۡيِۦ مِنكُمۡۖ وَٱللَّهُ لَا يَسۡتَحۡيِۦ مِنَ ٱلۡحَقِّۚ وَإِذَا سَأَلۡتُمُوهُنَّ مَتَٰعٗا فَسۡـَٔلُوهُنَّ مِن وَرَآءِ حِجَابٖۚ ذَٰلِكُمۡ أَطۡهَرُ لِقُلُوبِكُمۡ وَقُلُوبِهِنَّۚ وَمَا كَانَ لَكُمۡ أَن تُؤۡذُواْ رَسُولَ ٱللَّهِ وَلَآ أَن تَنكِحُوٓاْ أَزۡوَٰجَهُۥ مِنۢ بَعۡدِهِۦٓ أَبَدًاۚ إِنَّ ذَٰلِكُمۡ كَانَ عِندَ ٱللَّهِ عَظِيمًا ﴾
[الأحزَاب: 53]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwinjire mumazu y’intumwa y’Imana kugeza aho muhabwa uruhusha rwukuja gufungura, nukutarindira kugeza aho ivyo bifungurwa bihira, mugabo ni mwaba mufise ubutumire aho niho murekuriwe kwinjira, kandi muhejeje gufungura nimuce mwitahira mutarinze gushinga ibiyago kuko ibintu nk’ivyo vyamye bishavuza intumwa y’Imana, nawe aho ari akagira isoni, mugabo Imana ntibona isoni ivugishije ukuri, namwe mugihe mubajije abapfasoni biwe nimubabarize inyuma y’uruzitiro, kugira gutyo n’ugusukura imitima yanyu hamwe n’imitima yabo, kandi sivyiza gushavuza intumwa y’Imana canke kwubakana n’abapfasoni biwe munyuma yiwe, rero kugira gutyo kizoba ari igicumuro kininiya cane imbere y’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تدخلوا بيوت النبي إلا أن يؤذن لكم إلى, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تدخلوا بيوت النبي إلا أن يؤذن لكم إلى﴾ [الأحزَاب: 53]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek