×

Si amatungo yanyu canke ibibondo vyanyu bizobegereza iwacu kurugero rwo mw’ijuru, ahubwo 34:37 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Saba’ ⮕ (34:37) ayat 37 in Rundi

34:37 Surah Saba’ ayat 37 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Saba’ ayat 37 - سَبإ - Page - Juz 22

﴿وَمَآ أَمۡوَٰلُكُمۡ وَلَآ أَوۡلَٰدُكُم بِٱلَّتِي تُقَرِّبُكُمۡ عِندَنَا زُلۡفَىٰٓ إِلَّا مَنۡ ءَامَنَ وَعَمِلَ صَٰلِحٗا فَأُوْلَٰٓئِكَ لَهُمۡ جَزَآءُ ٱلضِّعۡفِ بِمَا عَمِلُواْ وَهُمۡ فِي ٱلۡغُرُفَٰتِ ءَامِنُونَ ﴾
[سَبإ: 37]

Si amatungo yanyu canke ibibondo vyanyu bizobegereza iwacu kurugero rwo mw’ijuru, ahubwo uwemeye Imana yiwe y’ukuri hamwe nukugira ibikorwa vyiza abo rero nibo bazoronswa impembo niniya cane kubera ibikorwa vyiza bakoze, nabo bazoba bari mumahoro ntangere kandi bari mumazu agerekeranye kuyandi ari mw’Ijuru

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وما أموالكم ولا أولادكم بالتي تقربكم عندنا زلفى إلا من آمن وعمل, باللغة الكيروندية

﴿وما أموالكم ولا أولادكم بالتي تقربكم عندنا زلفى إلا من آمن وعمل﴾ [سَبإ: 37]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek