×

N’igihe basomewe aya majambo y’Imana matagatifu yacu ari k’umugaragaro baca bavuga bati:- 34:43 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Saba’ ⮕ (34:43) ayat 43 in Rundi

34:43 Surah Saba’ ayat 43 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Saba’ ayat 43 - سَبإ - Page - Juz 22

﴿وَإِذَا تُتۡلَىٰ عَلَيۡهِمۡ ءَايَٰتُنَا بَيِّنَٰتٖ قَالُواْ مَا هَٰذَآ إِلَّا رَجُلٞ يُرِيدُ أَن يَصُدَّكُمۡ عَمَّا كَانَ يَعۡبُدُ ءَابَآؤُكُمۡ وَقَالُواْ مَا هَٰذَآ إِلَّآ إِفۡكٞ مُّفۡتَرٗىۚ وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لِلۡحَقِّ لَمَّا جَآءَهُمۡ إِنۡ هَٰذَآ إِلَّا سِحۡرٞ مُّبِينٞ ﴾
[سَبإ: 43]

N’igihe basomewe aya majambo y’Imana matagatifu yacu ari k’umugaragaro baca bavuga bati:- ntiyari kuba uyo Muhammadi (aui) atari uko ari umuntu ashaka kuba kingira hamwe nivyo bahora basenga abavyeyi banyu, nabo bishura bati:- ntivyari kuba ibi vyose atari ububeshi bwadutse giturumbuka, n’abahakanye Imana y’ukuri babwira ukuri kwabashikiye bati:- ibi vyose ntivyari kuba atari uko ari uburozi buri k’umugaragaro

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذا تتلى عليهم آياتنا بينات قالوا ما هذا إلا رجل يريد أن, باللغة الكيروندية

﴿وإذا تتلى عليهم آياتنا بينات قالوا ما هذا إلا رجل يريد أن﴾ [سَبإ: 43]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek