×

Nivyamenyekana yuko abo bantu babiri bagize igicumuro, abandi babiri bari muri babasigwa 5:107 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:107) ayat 107 in Rundi

5:107 Surah Al-Ma’idah ayat 107 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 107 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿فَإِنۡ عُثِرَ عَلَىٰٓ أَنَّهُمَا ٱسۡتَحَقَّآ إِثۡمٗا فَـَٔاخَرَانِ يَقُومَانِ مَقَامَهُمَا مِنَ ٱلَّذِينَ ٱسۡتَحَقَّ عَلَيۡهِمُ ٱلۡأَوۡلَيَٰنِ فَيُقۡسِمَانِ بِٱللَّهِ لَشَهَٰدَتُنَآ أَحَقُّ مِن شَهَٰدَتِهِمَا وَمَا ٱعۡتَدَيۡنَآ إِنَّآ إِذٗا لَّمِنَ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[المَائدة: 107]

Nivyamenyekana yuko abo bantu babiri bagize igicumuro, abandi babiri bari muri babasigwa bacumuye kuri ivyo bisigi nibo bazohagarara kuruhande rwabo, barahire kw’izina ry’Imana n’ukuvuga bati:- ukuba kwacu kw’ivyabona nuku kuri cane gusumba ukuba icabona cabo, natwe ntitwahemukiye imitima yacu, mu vy’ukuri kuko aho tuzoba turi mubahemukiye imitima yacu

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فإن عثر على أنهما استحقا إثما فآخران يقومان مقامهما من الذين استحق, باللغة الكيروندية

﴿فإن عثر على أنهما استحقا إثما فآخران يقومان مقامهما من الذين استحق﴾ [المَائدة: 107]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek