﴿وَإِذۡ قَالَ ٱللَّهُ يَٰعِيسَى ٱبۡنَ مَرۡيَمَ ءَأَنتَ قُلۡتَ لِلنَّاسِ ٱتَّخِذُونِي وَأُمِّيَ إِلَٰهَيۡنِ مِن دُونِ ٱللَّهِۖ قَالَ سُبۡحَٰنَكَ مَا يَكُونُ لِيٓ أَنۡ أَقُولَ مَا لَيۡسَ لِي بِحَقٍّۚ إِن كُنتُ قُلۡتُهُۥ فَقَدۡ عَلِمۡتَهُۥۚ تَعۡلَمُ مَا فِي نَفۡسِي وَلَآ أَعۡلَمُ مَا فِي نَفۡسِكَۚ إِنَّكَ أَنتَ عَلَّٰمُ ٱلۡغُيُوبِ ﴾
[المَائدة: 116]
N’Imana igihe izovumera iti:- ewe ntumwa y’Imana Issa mwene Mariyamu (iii), mbega ni wewe wabwiye abantu ngo bangire jewe hamwe n’umuvyeyi wanje kuba ari ama mana aho kuba Imana imwe yonyene? Intumwa y’Imana Issa mwene Mariyamu (iii) yabishuye ati:- ni wewe Mana yanje wisukuye n’ukutaba ufise uwo mucuditse hamwe nawe, kuko jewe sindekuriwe kuri jewe kuvuga ibitari ukuri kutajanye nanje, iyo ndabivuga ntankeka wari kubimenya, ni wewe ufise ubumenyi bw’ibiri mumushaha wanje, mugabo jewe ntabumenyi mfise bw’ukumenya ibiri mu mushaha wawe, mu vy’ukuri ni wewe ufise ubumenyi bw’ibintu bitazwi
ترجمة: وإذ قال الله ياعيسى ابن مريم أأنت قلت للناس اتخذوني وأمي إلهين, باللغة الكيروندية
﴿وإذ قال الله ياعيسى ابن مريم أأنت قلت للناس اتخذوني وأمي إلهين﴾ [المَائدة: 116]