×

Ntana kimwe nababwiye atari ivyo wantegetse yuko ari ugusenga Imana Umuremyi wanje 5:117 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:117) ayat 117 in Rundi

5:117 Surah Al-Ma’idah ayat 117 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 117 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿مَا قُلۡتُ لَهُمۡ إِلَّا مَآ أَمَرۡتَنِي بِهِۦٓ أَنِ ٱعۡبُدُواْ ٱللَّهَ رَبِّي وَرَبَّكُمۡۚ وَكُنتُ عَلَيۡهِمۡ شَهِيدٗا مَّا دُمۡتُ فِيهِمۡۖ فَلَمَّا تَوَفَّيۡتَنِي كُنتَ أَنتَ ٱلرَّقِيبَ عَلَيۡهِمۡۚ وَأَنتَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ شَهِيدٌ ﴾
[المَائدة: 117]

Ntana kimwe nababwiye atari ivyo wantegetse yuko ari ugusenga Imana Umuremyi wanje n’umuremyi wanyu, kandi jewe nari icabona kuribo mugihe nari kumwe nabo, n’igihe wankwiriza ikiringo canje, nawe uca uba umureretsi kuribo, na wewe uri icabona hejuru y’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ما قلت لهم إلا ما أمرتني به أن اعبدوا الله ربي وربكم, باللغة الكيروندية

﴿ما قلت لهم إلا ما أمرتني به أن اعبدوا الله ربي وربكم﴾ [المَائدة: 117]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek