×

Mu vy’ukuri bamwe bahakanye Imana yabo y’ukuri, iyo boba bafise ibiri kw’isi 5:36 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:36) ayat 36 in Rundi

5:36 Surah Al-Ma’idah ayat 36 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 36 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَوۡ أَنَّ لَهُم مَّا فِي ٱلۡأَرۡضِ جَمِيعٗا وَمِثۡلَهُۥ مَعَهُۥ لِيَفۡتَدُواْ بِهِۦ مِنۡ عَذَابِ يَوۡمِ ٱلۡقِيَٰمَةِ مَا تُقُبِّلَ مِنۡهُمۡۖ وَلَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ ﴾
[المَائدة: 36]

Mu vy’ukuri bamwe bahakanye Imana yabo y’ukuri, iyo boba bafise ibiri kw’isi vyose n’ibindi nk’ibi vyose, kugira ngo batange ingwati y’uguhesha ibihano vy’umusi w’imperuka, ntivyari kwakirwa kuribo, kandi bazoronka ibihano bibabaza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن الذين كفروا لو أن لهم ما في الأرض جميعا ومثله معه, باللغة الكيروندية

﴿إن الذين كفروا لو أن لهم ما في الأرض جميعا ومثله معه﴾ [المَائدة: 36]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek