×

Abatitaho ku bicumuro bikuru bikuru hamwe n’ibikorwa vy’umwanda, dukuye mwo amakosa mato 53:32 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Najm ⮕ (53:32) ayat 32 in Rundi

53:32 Surah An-Najm ayat 32 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Najm ayat 32 - النَّجم - Page - Juz 27

﴿ٱلَّذِينَ يَجۡتَنِبُونَ كَبَٰٓئِرَ ٱلۡإِثۡمِ وَٱلۡفَوَٰحِشَ إِلَّا ٱللَّمَمَۚ إِنَّ رَبَّكَ وَٰسِعُ ٱلۡمَغۡفِرَةِۚ هُوَ أَعۡلَمُ بِكُمۡ إِذۡ أَنشَأَكُم مِّنَ ٱلۡأَرۡضِ وَإِذۡ أَنتُمۡ أَجِنَّةٞ فِي بُطُونِ أُمَّهَٰتِكُمۡۖ فَلَا تُزَكُّوٓاْ أَنفُسَكُمۡۖ هُوَ أَعۡلَمُ بِمَنِ ٱتَّقَىٰٓ ﴾
[النَّجم: 32]

Abatitaho ku bicumuro bikuru bikuru hamwe n’ibikorwa vy’umwanda, dukuye mwo amakosa mato mato, ntankeka Umuremyi wawe niwe nyene ikigongwe cinshi, kandi niyo ibazi cane kuva akibarema kuri iy’Isi, no kuva mukiri imbanyi z’abavyeyi banyu, rero ntimusukure imitima yanyu, kuko niyo ifise ubumenyi buhagije bw’uwisukuye

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الذين يجتنبون كبائر الإثم والفواحش إلا اللمم إن ربك واسع المغفرة هو, باللغة الكيروندية

﴿الذين يجتنبون كبائر الإثم والفواحش إلا اللمم إن ربك واسع المغفرة هو﴾ [النَّجم: 32]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek