×

Ni zibiri mungamiya hamwe no munka zibiri hanyuma uvuge uti:- mbega Imana 6:144 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:144) ayat 144 in Rundi

6:144 Surah Al-An‘am ayat 144 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 144 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿وَمِنَ ٱلۡإِبِلِ ٱثۡنَيۡنِ وَمِنَ ٱلۡبَقَرِ ٱثۡنَيۡنِۗ قُلۡ ءَآلذَّكَرَيۡنِ حَرَّمَ أَمِ ٱلۡأُنثَيَيۡنِ أَمَّا ٱشۡتَمَلَتۡ عَلَيۡهِ أَرۡحَامُ ٱلۡأُنثَيَيۡنِۖ أَمۡ كُنتُمۡ شُهَدَآءَ إِذۡ وَصَّىٰكُمُ ٱللَّهُ بِهَٰذَاۚ فَمَنۡ أَظۡلَمُ مِمَّنِ ٱفۡتَرَىٰ عَلَى ٱللَّهِ كَذِبٗا لِّيُضِلَّ ٱلنَّاسَ بِغَيۡرِ عِلۡمٍۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[الأنعَام: 144]

Ni zibiri mungamiya hamwe no munka zibiri hanyuma uvuge uti:- mbega Imana yarabujije izo mpfizi zose uko ari zibiri, canke izo nyana zose uko ari zibiri, canke imbanyi ziri munda zayo zose uko ari zibiri muri izo nyana, canke mwebwe mwariho igihe Imana yabasigira iryo ragi? None yoba arinde muhemu mukuru gusumba uwabesheye Imana kugira ngo azimize abantu ata bumenyi afise, mu vy’ukuri Imana ntirongora abantu b’abahemu

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ومن الإبل اثنين ومن البقر اثنين قل آلذكرين حرم أم الأنثيين أما, باللغة الكيروندية

﴿ومن الإبل اثنين ومن البقر اثنين قل آلذكرين حرم أم الأنثيين أما﴾ [الأنعَام: 144]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek