×

Vuga uti:- nimuzane ivyabona vyanyu bishobora kuba ari ivyabona yuko Imana yabujije 6:150 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:150) ayat 150 in Rundi

6:150 Surah Al-An‘am ayat 150 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 150 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿قُلۡ هَلُمَّ شُهَدَآءَكُمُ ٱلَّذِينَ يَشۡهَدُونَ أَنَّ ٱللَّهَ حَرَّمَ هَٰذَاۖ فَإِن شَهِدُواْ فَلَا تَشۡهَدۡ مَعَهُمۡۚ وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَ ٱلَّذِينَ كَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِنَا وَٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ وَهُم بِرَبِّهِمۡ يَعۡدِلُونَ ﴾
[الأنعَام: 150]

Vuga uti:- nimuzane ivyabona vyanyu bishobora kuba ari ivyabona yuko Imana yabujije ibi vyose, rero nibatanga ivyemezo wewe ntube icabona hamwe nabo, kandi ntukurikire ivyipfuzo vya bamwe bahakanye amajambo yacu matagatifu hamwe na bamwe batemera umunsi w’imperuka hamwe n’abagira ubungane bw’Umuremyi wabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قل هلم شهداءكم الذين يشهدون أن الله حرم هذا فإن شهدوا فلا, باللغة الكيروندية

﴿قل هلم شهداءكم الذين يشهدون أن الله حرم هذا فإن شهدوا فلا﴾ [الأنعَام: 150]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek