×

Nayo niyo yabagiriye ngo mufate ibibanza vy’ababayeho ng’aha kw’Isi, hanyuma yarabahaye iteka 6:165 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:165) ayat 165 in Rundi

6:165 Surah Al-An‘am ayat 165 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 165 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿وَهُوَ ٱلَّذِي جَعَلَكُمۡ خَلَٰٓئِفَ ٱلۡأَرۡضِ وَرَفَعَ بَعۡضَكُمۡ فَوۡقَ بَعۡضٖ دَرَجَٰتٖ لِّيَبۡلُوَكُمۡ فِي مَآ ءَاتَىٰكُمۡۗ إِنَّ رَبَّكَ سَرِيعُ ٱلۡعِقَابِ وَإِنَّهُۥ لَغَفُورٞ رَّحِيمُۢ ﴾
[الأنعَام: 165]

Nayo niyo yabagiriye ngo mufate ibibanza vy’ababayeho ng’aha kw’Isi, hanyuma yarabahaye iteka bamwe muri mwebwe kubandi kandi rininiya kugira ngo ibahe ibibazo kuri ivyo yabahaye, mu vy’ukuri Umuremyi wawe aroroshe cane muguhana mu vy’ukuri niyo nyene imbabazi nyinshi na nyene Impuhwe zihagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وهو الذي جعلكم خلائف الأرض ورفع بعضكم فوق بعض درجات ليبلوكم في, باللغة الكيروندية

﴿وهو الذي جعلكم خلائف الأرض ورفع بعضكم فوق بعض درجات ليبلوكم في﴾ [الأنعَام: 165]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek