×

Vuga uti:- n’ikihe kintu c’icabona arico gikuru gusumba? Hanyuma uce uvuga uti:- 6:19 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:19) ayat 19 in Rundi

6:19 Surah Al-An‘am ayat 19 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 19 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿قُلۡ أَيُّ شَيۡءٍ أَكۡبَرُ شَهَٰدَةٗۖ قُلِ ٱللَّهُۖ شَهِيدُۢ بَيۡنِي وَبَيۡنَكُمۡۚ وَأُوحِيَ إِلَيَّ هَٰذَا ٱلۡقُرۡءَانُ لِأُنذِرَكُم بِهِۦ وَمَنۢ بَلَغَۚ أَئِنَّكُمۡ لَتَشۡهَدُونَ أَنَّ مَعَ ٱللَّهِ ءَالِهَةً أُخۡرَىٰۚ قُل لَّآ أَشۡهَدُۚ قُلۡ إِنَّمَا هُوَ إِلَٰهٞ وَٰحِدٞ وَإِنَّنِي بَرِيٓءٞ مِّمَّا تُشۡرِكُونَ ﴾
[الأنعَام: 19]

Vuga uti:- n’ikihe kintu c’icabona arico gikuru gusumba? Hanyuma uce uvuga uti:- Imana niyo cabona canje kiri hagati yanje namwe, n’iyi Qur’ani ntagatifu nahawe kugira ngo ntuze mwebwe n’uwo izoshikira, mbega mu vy’ukuri mwebwe murafise ivyabona yuko hari izindi Mana hamwe n’Imana y’ukuri? Vuga uti:- jewe sindi icabona hanyuma uvuge uti:- niyo Mana imwe yonyene rudende gusa, mu vy’ukuri jewe ndi kure nabo mugereranya n’ibindi bintu

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قل أي شيء أكبر شهادة قل الله شهيد بيني وبينكم وأوحي إلي, باللغة الكيروندية

﴿قل أي شيء أكبر شهادة قل الله شهيد بيني وبينكم وأوحي إلي﴾ [الأنعَام: 19]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek