×

Impfunguruzo z’amabanga yose ziri iwe, kandi ntawufise ubumenyi bwazo atari yo yonyene 6:59 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:59) ayat 59 in Rundi

6:59 Surah Al-An‘am ayat 59 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 59 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿۞ وَعِندَهُۥ مَفَاتِحُ ٱلۡغَيۡبِ لَا يَعۡلَمُهَآ إِلَّا هُوَۚ وَيَعۡلَمُ مَا فِي ٱلۡبَرِّ وَٱلۡبَحۡرِۚ وَمَا تَسۡقُطُ مِن وَرَقَةٍ إِلَّا يَعۡلَمُهَا وَلَا حَبَّةٖ فِي ظُلُمَٰتِ ٱلۡأَرۡضِ وَلَا رَطۡبٖ وَلَا يَابِسٍ إِلَّا فِي كِتَٰبٖ مُّبِينٖ ﴾
[الأنعَام: 59]

Impfunguruzo z’amabanga yose ziri iwe, kandi ntawufise ubumenyi bwazo atari yo yonyene gusa, kandi niyo ifise ubumenyi bw’ibiri kw’Isi no mubiyaga, kandi ntihakoroka ibabi ry’igiti atari uko yarimenye, canke urutete rukorokeye mu mwijima ng’aha kw’Isi, canke icatewe n’intabire canke icumye, nuko kiri mu gitabu cerekana ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وعنده مفاتح الغيب لا يعلمها إلا هو ويعلم ما في البر والبحر, باللغة الكيروندية

﴿وعنده مفاتح الغيب لا يعلمها إلا هو ويعلم ما في البر والبحر﴾ [الأنعَام: 59]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek