×

Nayo niyo ibica mw’Ijoro, kandi ikaba ifise ubumenyi bw’ivyo mwagize k’umurango, hanyuma 6:60 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:60) ayat 60 in Rundi

6:60 Surah Al-An‘am ayat 60 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 60 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿وَهُوَ ٱلَّذِي يَتَوَفَّىٰكُم بِٱلَّيۡلِ وَيَعۡلَمُ مَا جَرَحۡتُم بِٱلنَّهَارِ ثُمَّ يَبۡعَثُكُمۡ فِيهِ لِيُقۡضَىٰٓ أَجَلٞ مُّسَمّٗىۖ ثُمَّ إِلَيۡهِ مَرۡجِعُكُمۡ ثُمَّ يُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ ﴾
[الأنعَام: 60]

Nayo niyo ibica mw’Ijoro, kandi ikaba ifise ubumenyi bw’ivyo mwagize k’umurango, hanyuma niyo izoba zura muri uwo murango nyene kubera umwanya wagenywe w’ukubaho kwanyu guhere, hanyuma iwe gusa niho hari ingaruka yanyu hanyuma ize ibabwire ivyo mwahora mugira

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وهو الذي يتوفاكم بالليل ويعلم ما جرحتم بالنهار ثم يبعثكم فيه ليقضى, باللغة الكيروندية

﴿وهو الذي يتوفاكم بالليل ويعلم ما جرحتم بالنهار ثم يبعثكم فيه ليقضى﴾ [الأنعَام: 60]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek