×

Vuga uti:- niyo nyene ubushobozi bwukubazanira ibihano bivuye hejuru yanyu canke bivuye 6:65 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:65) ayat 65 in Rundi

6:65 Surah Al-An‘am ayat 65 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 65 - الأنعَام - Page - Juz 7

﴿قُلۡ هُوَ ٱلۡقَادِرُ عَلَىٰٓ أَن يَبۡعَثَ عَلَيۡكُمۡ عَذَابٗا مِّن فَوۡقِكُمۡ أَوۡ مِن تَحۡتِ أَرۡجُلِكُمۡ أَوۡ يَلۡبِسَكُمۡ شِيَعٗا وَيُذِيقَ بَعۡضَكُم بَأۡسَ بَعۡضٍۗ ٱنظُرۡ كَيۡفَ نُصَرِّفُ ٱلۡأٓيَٰتِ لَعَلَّهُمۡ يَفۡقَهُونَ ﴾
[الأنعَام: 65]

Vuga uti:- niyo nyene ubushobozi bwukubazanira ibihano bivuye hejuru yanyu canke bivuye munsi y’amaguru yanyu, canke ikaba hindagurira mukaba imirwi itumvikana, nuwushoboye kubahonjesha bamwe muri mwebwe ubwishime bw’abandi, namwe nimurabe ingene tubamenyesha aya majambo y’Imana matagatifu kugira ngo bashobore gutegera neza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قل هو القادر على أن يبعث عليكم عذابا من فوقكم أو من, باللغة الكيروندية

﴿قل هو القادر على أن يبعث عليكم عذابا من فوقكم أو من﴾ [الأنعَام: 65]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek