×

Mu vy’ukuri mwebwe murafise akarorero keza kuntumwa y’Imana Ibrahimu (iii) hamwe nabo 60:4 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Mumtahanah ⮕ (60:4) ayat 4 in Rundi

60:4 Surah Al-Mumtahanah ayat 4 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Mumtahanah ayat 4 - المُمتَحنَة - Page - Juz 28

﴿قَدۡ كَانَتۡ لَكُمۡ أُسۡوَةٌ حَسَنَةٞ فِيٓ إِبۡرَٰهِيمَ وَٱلَّذِينَ مَعَهُۥٓ إِذۡ قَالُواْ لِقَوۡمِهِمۡ إِنَّا بُرَءَٰٓؤُاْ مِنكُمۡ وَمِمَّا تَعۡبُدُونَ مِن دُونِ ٱللَّهِ كَفَرۡنَا بِكُمۡ وَبَدَا بَيۡنَنَا وَبَيۡنَكُمُ ٱلۡعَدَٰوَةُ وَٱلۡبَغۡضَآءُ أَبَدًا حَتَّىٰ تُؤۡمِنُواْ بِٱللَّهِ وَحۡدَهُۥٓ إِلَّا قَوۡلَ إِبۡرَٰهِيمَ لِأَبِيهِ لَأَسۡتَغۡفِرَنَّ لَكَ وَمَآ أَمۡلِكُ لَكَ مِنَ ٱللَّهِ مِن شَيۡءٖۖ رَّبَّنَا عَلَيۡكَ تَوَكَّلۡنَا وَإِلَيۡكَ أَنَبۡنَا وَإِلَيۡكَ ٱلۡمَصِيرُ ﴾
[المُمتَحنَة: 4]

Mu vy’ukuri mwebwe murafise akarorero keza kuntumwa y’Imana Ibrahimu (iii) hamwe nabo yari kumwe nabo, mugihe babwira bagenzi babo bati:- mu vy’ukuri twebwe turi kure namwe, hamwe n’ivyo musenga bidatumberanye ni vy’Imana, rero turabanse kuko bimaze kugaragara ubwansi n’urwankano rw’urutavana ko ruri hagati yacu namwe kugeza aho muzo kwemera Imana yonyene rudende, dukuye mwo imvugo y’intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) yabwiye umuvyeyi wiwe ati:- mu vy’ukuri jewe nzogusabira ikigongwe mugabo nta bubasha mfise bw’ikintu na kimwe kubera wewe imbere y’Imana, rero ntimwigane iri jambo ryiwe ry’ukuba sabira igisabisho abatemera Imana yabo y’ukuri, ahubwo nimuvuge muti:- Muremyi wacu, twizeye kuri wewe, kandi duhindukiye gutumbera iwawe, n’iwawe gusa niho hari igaruka rya twese

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قد كانت لكم أسوة حسنة في إبراهيم والذين معه إذ قالوا لقومهم, باللغة الكيروندية

﴿قد كانت لكم أسوة حسنة في إبراهيم والذين معه إذ قالوا لقومهم﴾ [المُمتَحنَة: 4]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek