×

Kandi ubibutse igihe intumwa y’Imana yabwira umwe mubakenyezi biwe ijambo ry’ibanga, rero 66:3 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Tahrim ⮕ (66:3) ayat 3 in Rundi

66:3 Surah At-Tahrim ayat 3 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Tahrim ayat 3 - التَّحرِيم - Page - Juz 28

﴿وَإِذۡ أَسَرَّ ٱلنَّبِيُّ إِلَىٰ بَعۡضِ أَزۡوَٰجِهِۦ حَدِيثٗا فَلَمَّا نَبَّأَتۡ بِهِۦ وَأَظۡهَرَهُ ٱللَّهُ عَلَيۡهِ عَرَّفَ بَعۡضَهُۥ وَأَعۡرَضَ عَنۢ بَعۡضٖۖ فَلَمَّا نَبَّأَهَا بِهِۦ قَالَتۡ مَنۡ أَنۢبَأَكَ هَٰذَاۖ قَالَ نَبَّأَنِيَ ٱلۡعَلِيمُ ٱلۡخَبِيرُ ﴾
[التَّحرِيم: 3]

Kandi ubibutse igihe intumwa y’Imana yabwira umwe mubakenyezi biwe ijambo ry’ibanga, rero igihe yarisasagaje Imana nayo ica irari muserurira intumwa y’Imana munca make bimwe muvyo yavuze n’ugusigaza ayandi mabanga, rero mugihe yamubwira izo nkuru wamukenyezi wiwe yavuze ati:- ni nde yaguhaye izi nkuru? Nawe amwishura ati:- uwampaye izi nkuru nurya afise ubumenyi bw’ukuri n’inkuru z’ibintu vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ أسر النبي إلى بعض أزواجه حديثا فلما نبأت به وأظهره الله, باللغة الكيروندية

﴿وإذ أسر النبي إلى بعض أزواجه حديثا فلما نبأت به وأظهره الله﴾ [التَّحرِيم: 3]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek