×

Ntibarekuriwe abantu bo mugisagara c’IMadinat hamwe n’abanyagihugu baho baba hambavu yabo, kuguma 9:120 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Taubah ⮕ (9:120) ayat 120 in Rundi

9:120 Surah At-Taubah ayat 120 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Taubah ayat 120 - التوبَة - Page - Juz 11

﴿مَا كَانَ لِأَهۡلِ ٱلۡمَدِينَةِ وَمَنۡ حَوۡلَهُم مِّنَ ٱلۡأَعۡرَابِ أَن يَتَخَلَّفُواْ عَن رَّسُولِ ٱللَّهِ وَلَا يَرۡغَبُواْ بِأَنفُسِهِمۡ عَن نَّفۡسِهِۦۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ لَا يُصِيبُهُمۡ ظَمَأٞ وَلَا نَصَبٞ وَلَا مَخۡمَصَةٞ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ وَلَا يَطَـُٔونَ مَوۡطِئٗا يَغِيظُ ٱلۡكُفَّارَ وَلَا يَنَالُونَ مِنۡ عَدُوّٖ نَّيۡلًا إِلَّا كُتِبَ لَهُم بِهِۦ عَمَلٞ صَٰلِحٌۚ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يُضِيعُ أَجۡرَ ٱلۡمُحۡسِنِينَ ﴾
[التوبَة: 120]

Ntibarekuriwe abantu bo mugisagara c’IMadinat hamwe n’abanyagihugu baho baba hambavu yabo, kuguma inyuma y’intumwa y’Imana canke bikunde kumitima yabo gusumba umutima w’intumwa y’Imana, ivyo nukubera yuko atangorane bafise y’inyota canke ingorane iyariyo yose canke ikigoyi munzira y’Imana, kandi badahonyora munzira ishavuza abatemera Imana yabo y’ukuri, kandi batayiha umwansi uruhombo urwarirwo rwose atari uko gusa bandikirwa igikorwa ciza kubera ivyo bakora, mu vy’ukuri Imana ntiyonona impembo yabagira ineza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ما كان لأهل المدينة ومن حولهم من الأعراب أن يتخلفوا عن رسول, باللغة الكيروندية

﴿ما كان لأهل المدينة ومن حولهم من الأعراب أن يتخلفوا عن رسول﴾ [التوبَة: 120]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek