×

Bararahira kw’izina ry’Imana yuko batigeze bavuga mugihe bamaze kuvuga ijambo ry’ubuhakanyi bw’Imana, 9:74 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Taubah ⮕ (9:74) ayat 74 in Rundi

9:74 Surah At-Taubah ayat 74 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Taubah ayat 74 - التوبَة - Page - Juz 10

﴿يَحۡلِفُونَ بِٱللَّهِ مَا قَالُواْ وَلَقَدۡ قَالُواْ كَلِمَةَ ٱلۡكُفۡرِ وَكَفَرُواْ بَعۡدَ إِسۡلَٰمِهِمۡ وَهَمُّواْ بِمَا لَمۡ يَنَالُواْۚ وَمَا نَقَمُوٓاْ إِلَّآ أَنۡ أَغۡنَىٰهُمُ ٱللَّهُ وَرَسُولُهُۥ مِن فَضۡلِهِۦۚ فَإِن يَتُوبُواْ يَكُ خَيۡرٗا لَّهُمۡۖ وَإِن يَتَوَلَّوۡاْ يُعَذِّبۡهُمُ ٱللَّهُ عَذَابًا أَلِيمٗا فِي ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِۚ وَمَا لَهُمۡ فِي ٱلۡأَرۡضِ مِن وَلِيّٖ وَلَا نَصِيرٖ ﴾
[التوبَة: 74]

Bararahira kw’izina ry’Imana yuko batigeze bavuga mugihe bamaze kuvuga ijambo ry’ubuhakanyi bw’Imana, baca bahakana munyuma y’ukuba aba Isilamu, baca bipfuza kugira ivyo batari gushikako, kandi ntibabonye inabi kuba Isilamu atari uko Imana hamwe n’intumwa yayo yabahaye amatungo menshi n’imigisha yayo, rero niba saba imbabazi azoba ari amahoro kuribo, nayo ni biyonkora Imana izobahana kubihano bibabaza cane kuva ng’aha kw’Isi no mw’Ijuru, kandi ntibazoronka uwuzoba kingira canke uwuzoba tabara uwariwe wese ng’aha kw’Isi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: يحلفون بالله ما قالوا ولقد قالوا كلمة الكفر وكفروا بعد إسلامهم وهموا, باللغة الكيروندية

﴿يحلفون بالله ما قالوا ولقد قالوا كلمة الكفر وكفروا بعد إسلامهم وهموا﴾ [التوبَة: 74]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek