×

Kandi utuze abantu k’umusi bazoshikirwa n’ibihano vy’Imana, hanyuma baze bavuge bamwe bahemukiye 14:44 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ibrahim ⮕ (14:44) ayat 44 in Rundi

14:44 Surah Ibrahim ayat 44 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ibrahim ayat 44 - إبراهِيم - Page - Juz 13

﴿وَأَنذِرِ ٱلنَّاسَ يَوۡمَ يَأۡتِيهِمُ ٱلۡعَذَابُ فَيَقُولُ ٱلَّذِينَ ظَلَمُواْ رَبَّنَآ أَخِّرۡنَآ إِلَىٰٓ أَجَلٖ قَرِيبٖ نُّجِبۡ دَعۡوَتَكَ وَنَتَّبِعِ ٱلرُّسُلَۗ أَوَلَمۡ تَكُونُوٓاْ أَقۡسَمۡتُم مِّن قَبۡلُ مَا لَكُم مِّن زَوَالٖ ﴾
[إبراهِيم: 44]

Kandi utuze abantu k’umusi bazoshikirwa n’ibihano vy’Imana, hanyuma baze bavuge bamwe bahemukiye imitima yabo bati:- Muremyi wacu, turindirize umwanya mutoyi gusa hanyuma twitabire ubutumwa bwawe, hanyuma dukurikire intumwa z’Imana, mbega ntimwari mwarahiye kuva kera yuko mwebwe mutazo kwimuka muja ahariho hose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وأنذر الناس يوم يأتيهم العذاب فيقول الذين ظلموا ربنا أخرنا إلى أجل, باللغة الكيروندية

﴿وأنذر الناس يوم يأتيهم العذاب فيقول الذين ظلموا ربنا أخرنا إلى أجل﴾ [إبراهِيم: 44]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek