×

Kandi uzobabona bafise igihababu kininiya cane c’ukuba ngaha kw’Isi gusumba abandi bantu, 2:96 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:96) ayat 96 in Rundi

2:96 Surah Al-Baqarah ayat 96 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 96 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿وَلَتَجِدَنَّهُمۡ أَحۡرَصَ ٱلنَّاسِ عَلَىٰ حَيَوٰةٖ وَمِنَ ٱلَّذِينَ أَشۡرَكُواْۚ يَوَدُّ أَحَدُهُمۡ لَوۡ يُعَمَّرُ أَلۡفَ سَنَةٖ وَمَا هُوَ بِمُزَحۡزِحِهِۦ مِنَ ٱلۡعَذَابِ أَن يُعَمَّرَۗ وَٱللَّهُ بَصِيرُۢ بِمَا يَعۡمَلُونَ ﴾
[البَقَرَة: 96]

Kandi uzobabona bafise igihababu kininiya cane c’ukuba ngaha kw’Isi gusumba abandi bantu, n’ugusumba abagereranya Imana n’ibindi bintu, umwe wese muribo yipfuza yuko yoronka ubuzima bw’imyaka igihumbi, nuko kuronka ubwo buzima burebure ntibushobora kumukurira ibihano vyiwe, n’Imana irabibona ivyo bagira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ولتجدنهم أحرص الناس على حياة ومن الذين أشركوا يود أحدهم لو يعمر, باللغة الكيروندية

﴿ولتجدنهم أحرص الناس على حياة ومن الذين أشركوا يود أحدهم لو يعمر﴾ [البَقَرَة: 96]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek