×

Hanyuma mu nyuma yivyo bimaramare vyose Imana yaraba manuriye ihumure n’itiro ryaciye 3:154 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:154) ayat 154 in Rundi

3:154 Surah al-‘Imran ayat 154 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 154 - آل عِمران - Page - Juz 4

﴿ثُمَّ أَنزَلَ عَلَيۡكُم مِّنۢ بَعۡدِ ٱلۡغَمِّ أَمَنَةٗ نُّعَاسٗا يَغۡشَىٰ طَآئِفَةٗ مِّنكُمۡۖ وَطَآئِفَةٞ قَدۡ أَهَمَّتۡهُمۡ أَنفُسُهُمۡ يَظُنُّونَ بِٱللَّهِ غَيۡرَ ٱلۡحَقِّ ظَنَّ ٱلۡجَٰهِلِيَّةِۖ يَقُولُونَ هَل لَّنَا مِنَ ٱلۡأَمۡرِ مِن شَيۡءٖۗ قُلۡ إِنَّ ٱلۡأَمۡرَ كُلَّهُۥ لِلَّهِۗ يُخۡفُونَ فِيٓ أَنفُسِهِم مَّا لَا يُبۡدُونَ لَكَۖ يَقُولُونَ لَوۡ كَانَ لَنَا مِنَ ٱلۡأَمۡرِ شَيۡءٞ مَّا قُتِلۡنَا هَٰهُنَاۗ قُل لَّوۡ كُنتُمۡ فِي بُيُوتِكُمۡ لَبَرَزَ ٱلَّذِينَ كُتِبَ عَلَيۡهِمُ ٱلۡقَتۡلُ إِلَىٰ مَضَاجِعِهِمۡۖ وَلِيَبۡتَلِيَ ٱللَّهُ مَا فِي صُدُورِكُمۡ وَلِيُمَحِّصَ مَا فِي قُلُوبِكُمۡۚ وَٱللَّهُ عَلِيمُۢ بِذَاتِ ٱلصُّدُورِ ﴾
[آل عِمران: 154]

Hanyuma mu nyuma yivyo bimaramare vyose Imana yaraba manuriye ihumure n’itiro ryaciye ripfuka umurwi umwe muri mwebwe, hakaba hari uwundi murwi imitima yabo yabatera impungenge bikeka ku Mana ivyikeko atarivyo, bikaba ari ivyikeko vy’ubujuju kuuko bavuga bati:- mbega turafise itegeko muri ibi bintu? vuga uti :- ibintu vyose ni vy’Imana mugabo banyegeza ibiri mumitima yabo muvyo badashobora kukwereka n’ukuvuga bati:- iyo tuba dufise icarico cose muri ibi bintu ntitwari kugandagurirwa ngaha, vuga uti:- naho mwari kuba mumazu yanyu, bari gusohoka bamwe bandikiwe urupfu rwabo bakaja k’uruhande rw’abo rw’ukurwayo bagapfa n’ukwerekana ibiri mumishaha yanyu, n’Imana niyo ifise ubumenyi bw’ibiri mumishaha yanyu

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ثم أنـزل عليكم من بعد الغم أمنة نعاسا يغشى طائفة منكم وطائفة, باللغة الكيروندية

﴿ثم أنـزل عليكم من بعد الغم أمنة نعاسا يغشى طائفة منكم وطائفة﴾ [آل عِمران: 154]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek