×

Rero kubera impamvu z’Impuhwe zizoba zivuye ku Mana yawe ubaye umuntu woroshe 3:159 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:159) ayat 159 in Rundi

3:159 Surah al-‘Imran ayat 159 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 159 - آل عِمران - Page - Juz 4

﴿فَبِمَا رَحۡمَةٖ مِّنَ ٱللَّهِ لِنتَ لَهُمۡۖ وَلَوۡ كُنتَ فَظًّا غَلِيظَ ٱلۡقَلۡبِ لَٱنفَضُّواْ مِنۡ حَوۡلِكَۖ فَٱعۡفُ عَنۡهُمۡ وَٱسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ وَشَاوِرۡهُمۡ فِي ٱلۡأَمۡرِۖ فَإِذَا عَزَمۡتَ فَتَوَكَّلۡ عَلَى ٱللَّهِۚ إِنَّ ٱللَّهَ يُحِبُّ ٱلۡمُتَوَكِّلِينَ ﴾
[آل عِمران: 159]

Rero kubera impamvu z’Impuhwe zizoba zivuye ku Mana yawe ubaye umuntu woroshe kuribo, mugabo iyo uba umuntu ufise umukazo n’umutima ukomeye abantu bose bari kuguhunga, rero n’ubagirire ikigongwe, kandi ubasabire ikigongwe, kandi mwumvikane nabo mu bintu vyose, kandi niwagira icipfuzo icarico cose niwizere Imana yawe gusa, mu vy’ukuri Imana ikunda cane abayizera

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فبما رحمة من الله لنت لهم ولو كنت فظا غليظ القلب لانفضوا, باللغة الكيروندية

﴿فبما رحمة من الله لنت لهم ولو كنت فظا غليظ القلب لانفضوا﴾ [آل عِمران: 159]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek