×

Muri iyo nyubakwa harimwo ibimenyetso biri k‘umugaragaro vyerekana ahantu yahora ahagarara intumwa 3:97 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:97) ayat 97 in Rundi

3:97 Surah al-‘Imran ayat 97 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 97 - آل عِمران - Page - Juz 4

﴿فِيهِ ءَايَٰتُۢ بَيِّنَٰتٞ مَّقَامُ إِبۡرَٰهِيمَۖ وَمَن دَخَلَهُۥ كَانَ ءَامِنٗاۗ وَلِلَّهِ عَلَى ٱلنَّاسِ حِجُّ ٱلۡبَيۡتِ مَنِ ٱسۡتَطَاعَ إِلَيۡهِ سَبِيلٗاۚ وَمَن كَفَرَ فَإِنَّ ٱللَّهَ غَنِيٌّ عَنِ ٱلۡعَٰلَمِينَ ﴾
[آل عِمران: 97]

Muri iyo nyubakwa harimwo ibimenyetso biri k‘umugaragaro vyerekana ahantu yahora ahagarara intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) n’uwinjiye muri iyo nyubakwa azoba yinjiye ahantu h’amahoro, n’Imana yarabategetse abantu ngo bagire urwo rugendo rutagatifu muri iyo ngoro yayo k’umuntu yishoboye kugira urwo rugendo rutagatifu aho nyene, mugabo uwuzo hakana kujayo, Imana ntikeneye icarico cose kubiremwa vyiwe vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فيه آيات بينات مقام إبراهيم ومن دخله كان آمنا ولله على الناس, باللغة الكيروندية

﴿فيه آيات بينات مقام إبراهيم ومن دخله كان آمنا ولله على الناس﴾ [آل عِمران: 97]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek