×

Baravuze b’abahakanyi b’Imana yabo y’ukuri bati:- twebwe ntituzo kwemera iyi Qur’aani namba 34:31 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Saba’ ⮕ (34:31) ayat 31 in Rundi

34:31 Surah Saba’ ayat 31 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Saba’ ayat 31 - سَبإ - Page - Juz 22

﴿وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَن نُّؤۡمِنَ بِهَٰذَا ٱلۡقُرۡءَانِ وَلَا بِٱلَّذِي بَيۡنَ يَدَيۡهِۗ وَلَوۡ تَرَىٰٓ إِذِ ٱلظَّٰلِمُونَ مَوۡقُوفُونَ عِندَ رَبِّهِمۡ يَرۡجِعُ بَعۡضُهُمۡ إِلَىٰ بَعۡضٍ ٱلۡقَوۡلَ يَقُولُ ٱلَّذِينَ ٱسۡتُضۡعِفُواْ لِلَّذِينَ ٱسۡتَكۡبَرُواْ لَوۡلَآ أَنتُمۡ لَكُنَّا مُؤۡمِنِينَ ﴾
[سَبإ: 31]

Baravuze b’abahakanyi b’Imana yabo y’ukuri bati:- twebwe ntituzo kwemera iyi Qur’aani namba canke ivyo bindi bitabu vyabayeho imbere y’ico gitabu, rero iyo wobabonye abo bahemukiye imitima yabo bahagaritswe imbere y’Umuremyi wabo nabo baterana imirarwe y’amajambo kuribo n’abandi, bamwe banyarucari bazobabwira bamwe bishima nukwibona mubakuru babo bati:- iyo hataba mwebwe ntankeka twari kuba aba Isilamu b’ukuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقال الذين كفروا لن نؤمن بهذا القرآن ولا بالذي بين يديه ولو, باللغة الكيروندية

﴿وقال الذين كفروا لن نؤمن بهذا القرآن ولا بالذي بين يديه ولو﴾ [سَبإ: 31]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek