×

Uwizerwa w’Umuremyi n’Imana yonyene gusa, mugabo bamwe bagira abandi kuba arizo Mana 39:3 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Az-Zumar ⮕ (39:3) ayat 3 in Rundi

39:3 Surah Az-Zumar ayat 3 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Az-Zumar ayat 3 - الزُّمَر - Page - Juz 23

﴿أَلَا لِلَّهِ ٱلدِّينُ ٱلۡخَالِصُۚ وَٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ مِن دُونِهِۦٓ أَوۡلِيَآءَ مَا نَعۡبُدُهُمۡ إِلَّا لِيُقَرِّبُونَآ إِلَى ٱللَّهِ زُلۡفَىٰٓ إِنَّ ٱللَّهَ يَحۡكُمُ بَيۡنَهُمۡ فِي مَا هُمۡ فِيهِ يَخۡتَلِفُونَۗ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَهۡدِي مَنۡ هُوَ كَٰذِبٞ كَفَّارٞ ﴾
[الزُّمَر: 3]

Uwizerwa w’Umuremyi n’Imana yonyene gusa, mugabo bamwe bagira abandi kuba arizo Mana aho kuba ariyo yonyene rudende bavuga bati:- twebwe abo ntituba senga mugabo niba dushikane hafi cane y’Imana, mu vy’ukuri Imana izocira urubanza ruri hagati yabo kuvyo batumvikanye ko, ntankeka Imana ntirongora umubeshi w’umuhakanyi w’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألا لله الدين الخالص والذين اتخذوا من دونه أولياء ما نعبدهم إلا, باللغة الكيروندية

﴿ألا لله الدين الخالص والذين اتخذوا من دونه أولياء ما نعبدهم إلا﴾ [الزُّمَر: 3]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek