×

Sikugushaka kwanyu canke s’ukwipfuza kw’abantu bahawe igitabu c’Imana, uwuzogira amabi azorihwa kuri 4:123 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nisa’ ⮕ (4:123) ayat 123 in Rundi

4:123 Surah An-Nisa’ ayat 123 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nisa’ ayat 123 - النِّسَاء - Page - Juz 5

﴿لَّيۡسَ بِأَمَانِيِّكُمۡ وَلَآ أَمَانِيِّ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِۗ مَن يَعۡمَلۡ سُوٓءٗا يُجۡزَ بِهِۦ وَلَا يَجِدۡ لَهُۥ مِن دُونِ ٱللَّهِ وَلِيّٗا وَلَا نَصِيرٗا ﴾
[النِّسَاء: 123]

Sikugushaka kwanyu canke s’ukwipfuza kw’abantu bahawe igitabu c’Imana, uwuzogira amabi azorihwa kuri ayo mabi yiwe, kandi ntazoronka uwuzo mukingira canke umufasha kubera we wenyene imbere y’Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ليس بأمانيكم ولا أماني أهل الكتاب من يعمل سوءا يجز به ولا, باللغة الكيروندية

﴿ليس بأمانيكم ولا أماني أهل الكتاب من يعمل سوءا يجز به ولا﴾ [النِّسَاء: 123]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek