×

Abayahudi n’abakirisu bavuga bati:- twebwe turi abana b’Imana n’abakunzi bayo, wewe nuvuge 5:18 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:18) ayat 18 in Rundi

5:18 Surah Al-Ma’idah ayat 18 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 18 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿وَقَالَتِ ٱلۡيَهُودُ وَٱلنَّصَٰرَىٰ نَحۡنُ أَبۡنَٰٓؤُاْ ٱللَّهِ وَأَحِبَّٰٓؤُهُۥۚ قُلۡ فَلِمَ يُعَذِّبُكُم بِذُنُوبِكُمۖ بَلۡ أَنتُم بَشَرٞ مِّمَّنۡ خَلَقَۚ يَغۡفِرُ لِمَن يَشَآءُ وَيُعَذِّبُ مَن يَشَآءُۚ وَلِلَّهِ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ وَمَا بَيۡنَهُمَاۖ وَإِلَيۡهِ ٱلۡمَصِيرُ ﴾
[المَائدة: 18]

Abayahudi n’abakirisu bavuga bati:- twebwe turi abana b’Imana n’abakunzi bayo, wewe nuvuge uti:- none ni kuki ibahakana kubera ibicumuro vyanyu? namwe muri abantu gusa mubo yaremye? rero igirira ikigongwe kuwo yishakiye n’uguhana uwo yishakiye n’ubwami bw’Amajuru n’Isi hamwe n’ibiri hagati yavyo ni vy’Imana, n’ingaruka ya vyose niwe gusa

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقالت اليهود والنصارى نحن أبناء الله وأحباؤه قل فلم يعذبكم بذنوبكم بل, باللغة الكيروندية

﴿وقالت اليهود والنصارى نحن أبناء الله وأحباؤه قل فلم يعذبكم بذنوبكم بل﴾ [المَائدة: 18]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek