×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, uwuzo kwiyonkora mw’idini ryiwe ubu vuba Imana 5:54 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:54) ayat 54 in Rundi

5:54 Surah Al-Ma’idah ayat 54 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 54 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مَن يَرۡتَدَّ مِنكُمۡ عَن دِينِهِۦ فَسَوۡفَ يَأۡتِي ٱللَّهُ بِقَوۡمٖ يُحِبُّهُمۡ وَيُحِبُّونَهُۥٓ أَذِلَّةٍ عَلَى ٱلۡمُؤۡمِنِينَ أَعِزَّةٍ عَلَى ٱلۡكَٰفِرِينَ يُجَٰهِدُونَ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ وَلَا يَخَافُونَ لَوۡمَةَ لَآئِمٖۚ ذَٰلِكَ فَضۡلُ ٱللَّهِ يُؤۡتِيهِ مَن يَشَآءُۚ وَٱللَّهُ وَٰسِعٌ عَلِيمٌ ﴾
[المَائدة: 54]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, uwuzo kwiyonkora mw’idini ryiwe ubu vuba Imana izo zana abantu ikunda, nabo bayikunda, bagamburuka kuba Isilamu bafise ubushobozi buri hejuru y’abahakanyi b’Imana y’ukuri bazorwanira idini ry’Imana kandi ntibazotinya umwikomo w’uwuzobatera uwo mwikomo, iyi niyo ngabirano y’Imana iha uwo yishakiye, n’Imana niyo yagutse kandi niyo ifise ubumenyi buhagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا من يرتد منكم عن دينه فسوف يأتي الله بقوم, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا من يرتد منكم عن دينه فسوف يأتي الله بقوم﴾ [المَائدة: 54]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek