×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwice ibikoko namwe muri murugendo rutagatifu rw’IHija, 5:95 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:95) ayat 95 in Rundi

5:95 Surah Al-Ma’idah ayat 95 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 95 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَقۡتُلُواْ ٱلصَّيۡدَ وَأَنتُمۡ حُرُمٞۚ وَمَن قَتَلَهُۥ مِنكُم مُّتَعَمِّدٗا فَجَزَآءٞ مِّثۡلُ مَا قَتَلَ مِنَ ٱلنَّعَمِ يَحۡكُمُ بِهِۦ ذَوَا عَدۡلٖ مِّنكُمۡ هَدۡيَۢا بَٰلِغَ ٱلۡكَعۡبَةِ أَوۡ كَفَّٰرَةٞ طَعَامُ مَسَٰكِينَ أَوۡ عَدۡلُ ذَٰلِكَ صِيَامٗا لِّيَذُوقَ وَبَالَ أَمۡرِهِۦۗ عَفَا ٱللَّهُ عَمَّا سَلَفَۚ وَمَنۡ عَادَ فَيَنتَقِمُ ٱللَّهُ مِنۡهُۚ وَٱللَّهُ عَزِيزٞ ذُو ٱنتِقَامٍ ﴾
[المَائدة: 95]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimwice ibikoko namwe muri murugendo rutagatifu rw’IHija, canke muri mumasengesho magufiya ya Umrat, no muri mwebwe uwuzo kwica ico gikoko kubigira mpaka, impembo yiwe izoba ingana n’ico yishe muri ivyo bikoko vy’intungano, nkuko bazoca urubanza abaca manza babiri muri mwebwe, rero ico gitungwa gice gitwarwa kuri Al’kaabat, rero bitabaye uko n’ukwisonzesha kugira ngo uwo muntu ahonje ikibi c’ico kintu ciwe, Imana iramaze guhanagura ivyahise, mugabo uwuzo subira kugira ivyo Imana izo muha ibihano, nayo niyo nyene ubushobozi n’uguhana bimwe vy’akarorero

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تقتلوا الصيد وأنتم حرم ومن قتله منكم متعمدا, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تقتلوا الصيد وأنتم حرم ومن قتله منكم متعمدا﴾ [المَائدة: 95]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek