×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, Imana izobagerageza kuri bimwe mubikoko muhiga bishikira 5:94 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:94) ayat 94 in Rundi

5:94 Surah Al-Ma’idah ayat 94 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 94 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَيَبۡلُوَنَّكُمُ ٱللَّهُ بِشَيۡءٖ مِّنَ ٱلصَّيۡدِ تَنَالُهُۥٓ أَيۡدِيكُمۡ وَرِمَاحُكُمۡ لِيَعۡلَمَ ٱللَّهُ مَن يَخَافُهُۥ بِٱلۡغَيۡبِۚ فَمَنِ ٱعۡتَدَىٰ بَعۡدَ ذَٰلِكَ فَلَهُۥ عَذَابٌ أَلِيمٞ ﴾
[المَائدة: 94]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, Imana izobagerageza kuri bimwe mubikoko muhiga bishikira mumaboko yanyu n’amacumu yanyu, kugira ngo Imana imenyeshe uwariwe wese ayitinya naho mutayibona, rero uwuzorenga imbibe munyuma yivyo vyose mwabwiwe azoronka ibihano bibabaza cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا ليبلونكم الله بشيء من الصيد تناله أيديكم ورماحكم ليعلم, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا ليبلونكم الله بشيء من الصيد تناله أيديكم ورماحكم ليعلم﴾ [المَائدة: 94]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek