×

Mumenye yuko ubuzima bwo ng’aha kw’Isi bumeze nk’urukino n’ikintu c’ubusa n’isharizo ry’ukwinezereza 57:20 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-hadid ⮕ (57:20) ayat 20 in Rundi

57:20 Surah Al-hadid ayat 20 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-hadid ayat 20 - الحدِيد - Page - Juz 27

﴿ٱعۡلَمُوٓاْ أَنَّمَا ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَا لَعِبٞ وَلَهۡوٞ وَزِينَةٞ وَتَفَاخُرُۢ بَيۡنَكُمۡ وَتَكَاثُرٞ فِي ٱلۡأَمۡوَٰلِ وَٱلۡأَوۡلَٰدِۖ كَمَثَلِ غَيۡثٍ أَعۡجَبَ ٱلۡكُفَّارَ نَبَاتُهُۥ ثُمَّ يَهِيجُ فَتَرَىٰهُ مُصۡفَرّٗا ثُمَّ يَكُونُ حُطَٰمٗاۖ وَفِي ٱلۡأٓخِرَةِ عَذَابٞ شَدِيدٞ وَمَغۡفِرَةٞ مِّنَ ٱللَّهِ وَرِضۡوَٰنٞۚ وَمَا ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَآ إِلَّا مَتَٰعُ ٱلۡغُرُورِ ﴾
[الحدِيد: 20]

Mumenye yuko ubuzima bwo ng’aha kw’Isi bumeze nk’urukino n’ikintu c’ubusa n’isharizo ry’ukwinezereza hagati yanyu gusa, hamwe n’ukwiyerekana kw’amatungo n’ibibondo vyanyu, rero ni nk’imvura inezereza abarimyi kubera umwimbu wabo, mu nyuma ya vyose ugaca ubona vyose vyumye n’amabara yavyo aciye aba ay’umuhondo hanyuma ugaca uba nk’imizira ata kintu kirimwo, no k’umusi w’imperuka hariho ibihano bikaze cane, n’ikigongwe c’Imana hamwe n’Impuhwe zayo, rero nta buzima bwo ngaha kw’Isi atari ukwinezereza gusa guhenda

❮ Previous Next ❯

ترجمة: اعلموا أنما الحياة الدنيا لعب ولهو وزينة وتفاخر بينكم وتكاثر في الأموال, باللغة الكيروندية

﴿اعلموا أنما الحياة الدنيا لعب ولهو وزينة وتفاخر بينكم وتكاثر في الأموال﴾ [الحدِيد: 20]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek