×

N’umusi izobakoranya abantu bose, hanyuma ibabwire iti:- mwebwe mirwi y’ibisigo, mu vy’ukuri 6:128 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:128) ayat 128 in Rundi

6:128 Surah Al-An‘am ayat 128 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 128 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿وَيَوۡمَ يَحۡشُرُهُمۡ جَمِيعٗا يَٰمَعۡشَرَ ٱلۡجِنِّ قَدِ ٱسۡتَكۡثَرۡتُم مِّنَ ٱلۡإِنسِۖ وَقَالَ أَوۡلِيَآؤُهُم مِّنَ ٱلۡإِنسِ رَبَّنَا ٱسۡتَمۡتَعَ بَعۡضُنَا بِبَعۡضٖ وَبَلَغۡنَآ أَجَلَنَا ٱلَّذِيٓ أَجَّلۡتَ لَنَاۚ قَالَ ٱلنَّارُ مَثۡوَىٰكُمۡ خَٰلِدِينَ فِيهَآ إِلَّا مَا شَآءَ ٱللَّهُۚ إِنَّ رَبَّكَ حَكِيمٌ عَلِيمٞ ﴾
[الأنعَام: 128]

N’umusi izobakoranya abantu bose, hanyuma ibabwire iti:- mwebwe mirwi y’ibisigo, mu vy’ukuri mwatwaye abanywanyi benshi mu bantu, n’abagenzi babo bo mu bantu bazovuga bati:- Muremyi wacu twaranezeranye twebwe hamwe nabo rero hageze aho ikiringo cacu cagenywe cashitse, niho izovuga iti:- umuriro udahera nibwo bwicaro bwanyu ariho muzobayo mu buzima bwanyu bwose kugeza aho Imana izoshakira, mu vy’ukuri umuremyi wawe niwe afise ubuhizi kandi niwe afise ubumenyi buhagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ويوم يحشرهم جميعا يامعشر الجن قد استكثرتم من الإنس وقال أولياؤهم من, باللغة الكيروندية

﴿ويوم يحشرهم جميعا يامعشر الجن قد استكثرتم من الإنس وقال أولياؤهم من﴾ [الأنعَام: 128]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek