×

Abagereranya Imana n’ibindi bintu bazovuga bati:- iyo Imana ibishaka ntitwari kuyigereranya n’ibindi 6:148 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-An‘am ⮕ (6:148) ayat 148 in Rundi

6:148 Surah Al-An‘am ayat 148 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-An‘am ayat 148 - الأنعَام - Page - Juz 8

﴿سَيَقُولُ ٱلَّذِينَ أَشۡرَكُواْ لَوۡ شَآءَ ٱللَّهُ مَآ أَشۡرَكۡنَا وَلَآ ءَابَآؤُنَا وَلَا حَرَّمۡنَا مِن شَيۡءٖۚ كَذَٰلِكَ كَذَّبَ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡ حَتَّىٰ ذَاقُواْ بَأۡسَنَاۗ قُلۡ هَلۡ عِندَكُم مِّنۡ عِلۡمٖ فَتُخۡرِجُوهُ لَنَآۖ إِن تَتَّبِعُونَ إِلَّا ٱلظَّنَّ وَإِنۡ أَنتُمۡ إِلَّا تَخۡرُصُونَ ﴾
[الأنعَام: 148]

Abagereranya Imana n’ibindi bintu bazovuga bati:- iyo Imana ibishaka ntitwari kuyigereranya n’ibindi bintu, haba twebwe canke abavyeyi bacu, canke ntitwari gutuza icarico cose, uku niko bahakanye abamyeho imbere yabo kugeza naho bahonja ibihano vyacu, wewe nuvuge uti:- mbega mwebwe murafise ubumenyi bw’ukudukurira mwebwe mudakurikira atari ibihuha gusa, kandi mutavuga atari ububeshi gusa

❮ Previous Next ❯

ترجمة: سيقول الذين أشركوا لو شاء الله ما أشركنا ولا آباؤنا ولا حرمنا, باللغة الكيروندية

﴿سيقول الذين أشركوا لو شاء الله ما أشركنا ولا آباؤنا ولا حرمنا﴾ [الأنعَام: 148]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek