×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimugire abansi banje hamwe n’abansi banyu kuba 60:1 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Mumtahanah ⮕ (60:1) ayat 1 in Rundi

60:1 Surah Al-Mumtahanah ayat 1 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Mumtahanah ayat 1 - المُمتَحنَة - Page - Juz 28

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَتَّخِذُواْ عَدُوِّي وَعَدُوَّكُمۡ أَوۡلِيَآءَ تُلۡقُونَ إِلَيۡهِم بِٱلۡمَوَدَّةِ وَقَدۡ كَفَرُواْ بِمَا جَآءَكُم مِّنَ ٱلۡحَقِّ يُخۡرِجُونَ ٱلرَّسُولَ وَإِيَّاكُمۡ أَن تُؤۡمِنُواْ بِٱللَّهِ رَبِّكُمۡ إِن كُنتُمۡ خَرَجۡتُمۡ جِهَٰدٗا فِي سَبِيلِي وَٱبۡتِغَآءَ مَرۡضَاتِيۚ تُسِرُّونَ إِلَيۡهِم بِٱلۡمَوَدَّةِ وَأَنَا۠ أَعۡلَمُ بِمَآ أَخۡفَيۡتُمۡ وَمَآ أَعۡلَنتُمۡۚ وَمَن يَفۡعَلۡهُ مِنكُمۡ فَقَدۡ ضَلَّ سَوَآءَ ٱلسَّبِيلِ ﴾
[المُمتَحنَة: 1]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntimugire abansi banje hamwe n’abansi banyu kuba aribo bagenzi banyu mushikiriza inkuru zanyu kubera ubugenzi bwanyu gusa, mugihe bahakana ukuri kwama kwabashikiye n’ukwirukana intumwa y’Imana hamwe namwe, kubera yuko mwemera Imana ariyo muremyi wanyu, n’igihe mwitanze mugiye k’urugamba ariyo nzira yanje, n’ukurondera ikigongwe canje, muca mutanga amabanga yanyu y’ingwano kubera urukundo rwanyu mubafitiye, ntimusubire kugira ivyo, nanje ndafise ubumenyi bw’ivyo munyegeza hamwe n’ivyo muserura, rero n’uwugira ivyo vyose muri mwebwe amenye yuko yataye inzira y’ukuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا لا تتخذوا عدوي وعدوكم أولياء تلقون إليهم بالمودة وقد, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا لا تتخذوا عدوي وعدوكم أولياء تلقون إليهم بالمودة وقد﴾ [المُمتَحنَة: 1]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek