×

N’Imana yaratanze akarorero kuri bamwe bemera Imana yabo y’ukuri, k’umukenyezi wa Fir’auni 66:11 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Tahrim ⮕ (66:11) ayat 11 in Rundi

66:11 Surah At-Tahrim ayat 11 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Tahrim ayat 11 - التَّحرِيم - Page - Juz 28

﴿وَضَرَبَ ٱللَّهُ مَثَلٗا لِّلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱمۡرَأَتَ فِرۡعَوۡنَ إِذۡ قَالَتۡ رَبِّ ٱبۡنِ لِي عِندَكَ بَيۡتٗا فِي ٱلۡجَنَّةِ وَنَجِّنِي مِن فِرۡعَوۡنَ وَعَمَلِهِۦ وَنَجِّنِي مِنَ ٱلۡقَوۡمِ ٱلظَّٰلِمِينَ ﴾
[التَّحرِيم: 11]

N’Imana yaratanze akarorero kuri bamwe bemera Imana yabo y’ukuri, k’umukenyezi wa Fir’auni igihe yavuga ati:- ewe Muremyi wanje, nunyubakire inzu mw’ijuru iri hafi yawe, hanyuma undokore nuyu Fir’auni hamwe n’ibikorwa vyiwe bibi bigaritse, kandi undokore n’abantu bahemukiye imitima yabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وضرب الله مثلا للذين آمنوا امرأة فرعون إذ قالت رب ابن لي, باللغة الكيروندية

﴿وضرب الله مثلا للذين آمنوا امرأة فرعون إذ قالت رب ابن لي﴾ [التَّحرِيم: 11]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek